Ivyakozwe 24:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Maze abandi Abayuda baca bahuriza hamwe mu kwemeza ko ivyo Teritulo yavuze vyose ari ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Abayuda na bo bafatanya na we mur’ ico kirego, bavuga kw ivyo ari ko biri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |