Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 24:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Kandi muri vyose na hose ga nyakwubahwa Felisi, turabigushimira bivuye ku mutima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 nuko turavyemera uburyo bgose ahantu hose, Feliki umwubahwa, tugukengurukiye cane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 24:3
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni co gituma nanje, maze gutohoza neza uko vyagenze vyose kuva mu ntango, nahisemwo kukwandikira inkuru y’ukuri kandi itomoye, nyakwubahwa Teyofilo,


Mutegurire Pawulo amafarasi kugira ngo ashikirizwe Felisi, umukuru w’intara, ata nkomanzi.”


Jewe Kilawudiyo Lusiyasi, Ndabaramukije nyakwubahwa Felisi, umukuru w’intara.


Bashitse i Kayisariya, bashikiriza rya kete wa mukuru w’intara, bongera bamushikiriza na Pawulo.


Pawulo arengukijwe, Teritulo atangura kumwagiriza avuga ati: “Nyakwubahwa, tumaze igihe kirekire turi mu mahoro kubera intwaro yawe nziza, kandi ubwenge bwawe bwatumye hahinduka vyinshi mu gihugu cacu.


Ariko ntiriwe ndakwicisha amajambo, ndakwinginze utugirire ubuntu utwumvirize akanya gato.


Pawulo asubizayo ati: “Nyenicubahiro Fesito, sinasaze. Ivyo ndiko ndavuga ni ukuri kandi biratahuritse.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ