Ivyakozwe 24:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Kubera yari yiteze ko Pawulo ashobora kumuha igiturire, yama amutumako kenshi bakaganira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Kandi yanaziga ko Paulo yomuhēra amahera; ico ni co camutera kwama amuhamagaza ngo bayāge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |