Ivyakozwe 24:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Pawulo ariko aravuga ku vy’ukugororoka, ku vy’ukwirinda no ku ivy’urubanza rugiye kuza, Felisi aca aratinya, aca amubwira ati: “Niwigire, ivyo biramaze. Ninaronka akandi karyo keza nzosubira ndagutumeko.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Akirikw aravuga ivy’ ukugororoka n’ivy’ ukwirinda n’ivy’ amateka azocibga, Feliki aranduka umutima, aramubarira, at’ Ubu ni wīgīre, ni naronka uburyo bgiza nzogutumako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |