Ivyakozwe 24:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Nuko ategeka umukuru w’abasoda ijana kuguma arinze Pawulo, ariko amuhe umwidegemvyo kandi yemerere n’abagenzi biwe kumufasha mu vyo yokenera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Abarira umugabisha w’abasoda ijana kumurinda urw’ amaso, no kutabuza n’umwe mu bagenzi kumukorera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |