Ivyakozwe 24:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Maze Felisi, yari asanzwe azi neza ivy’Inzira y’Umwami Yesu, aca yungururiza urubanza ku rindi sango, avuga ati: “Lusiyasi umukuru w’abasoda niyaza nzoheza ndabacire urubanza.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ariko Feliki, kuko yar’ azi neza ivy’ Iyo Nzira ivy’ ari vyo, arabibīka, ati Lusiya umukuru w’abagabisha b’abasoda ni yaza, nzoca urubanza rw’amajambo yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |