Ivyakozwe 24:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 uretse iki kimwe nasemereye mpagaze imbere yabo mvuga nti: ‘Aha ndiko ncirwa urubanza kuko nizera ko hariho ukuzuka kw’abapfuye.’ ” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 shiti ryoba rya jambo rimwe navuze n’ijwi rirenga mpagaze muri bo, nt’ Ukuzuka kw’ abapfuye ni kwo kumpagaritse mur’ izi manza imbere yanyu uyu musi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |