Ivyakozwe 24:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Pawulo arengukijwe, Teritulo atangura kumwagiriza avuga ati: “Nyakwubahwa, tumaze igihe kirekire turi mu mahoro kubera intwaro yawe nziza, kandi ubwenge bwawe bwatumye hahinduka vyinshi mu gihugu cacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Amaze guhamagazwa, Teritulo atangura kumurega, ati Ni kubgawe igituma tugazagaza mu mahoro menshi, n’ibindi vyaroranirijwe ubu bgoko kubg’ imigabo yawe: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |