Ivyakozwe 24:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Ariko hari bamwe mu Bayuda bo muri Aziya. Ni bo bari kuza imbere yawe bakagira ico bavuze hamwe boba bafise ico banyagiriza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 ni bo bāri bakwiye kuza hano imbere yawe no kundega, iyaba bafise ico bangaya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |