Ivyakozwe 24:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Igihe bansanga mu rusengero, nari mu migirwa y’ukwihumanura. Nta bantu benshi twari kumwe kandi nta muvurungano wari uhari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Nkiri muri vyo bansanga mu rusengero nihumanuye, ata bantu nkoranije, ata n’uruhōgo ruriho. Ariko hār’ Abayuda bamwe bavuye muri Asiya, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |