Ivyakozwe 24:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Wa mukuru w’intara ahaye ijambo Pawulo ngo avuge, yiregura avuga ati: “Ndazi ko haheze imyaka myinshi ucira imanza abo muri iki gihugu; ni co gituma nezerejwe no kwiregura imbere yawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Icēgēra ca Kayisari kimaze kumukebura ngw avuge, Paulo aramwishura, ati Ndazi k’umaze imyaka myinshi ur’ umucamanza w’ubu bgoko, ni co gitumye niregura ivyanje ndemye; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |