Ivyakozwe 23:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Mu bisanzwe, Abasadukayo bavuga ko ata kuzuka, ata bamarayika canke impwemu bibaho, ariko Abafarisayo bo bemera ko ivyo vyose bibaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kukw Abasadukayo bāhakana yukw ata kuzuka kuriho, cank’ umumarayika n’impwemu; arikw Abafarisayo bāvyemera vyompi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |