Ivyakozwe 23:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Numvise ko bagize inama yo kumwica, nca mpitamwo kumubarungikira ubwo nyene, kandi nategetse ko abamwagiriza babazanira ibirego bamurega. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Maze mbariwe yuko bahigiye uwo mugabo, nca ndamukurungikira, mbarira abarezi ko bamuregera imbere yawe. Ndakwikebanuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |