Ivyakozwe 23:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Pawulo aca avuga ati: “Imana izogukubita, wa ndyadya we umeze nk’igihome gisize irangi ryera! Uriko uncira urubanza wisunga ivyagezwe none ubirenzeko utegeka ko bankubita!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Maze Paulo aramubgira, at’ Imana izogukubita, wa rusika rukuyengejekw ingwa: mbega wewe ko wicaritswe no kuncira urubanza nk’ukw ivyagezwe biri, ugatako ukavuga ko bankubita ukanyuranya n’ivyagezwe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |