Ivyakozwe 23:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Uwo mugabo ndabarungikiye yari yafashwe na bamwe mu Bayuda, kandi bagira bamwice, maze jewe n’ingabo twari kumwe turahashika turamutabara, kuko nari namenye ko ari Umuroma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Non’ uyo mugabo Abayuda bāri bamaze kumuta mu maboko bagira bamwice, nanje mmenye kw ar’ Umuroma nzanana n’ingabo ndamubakiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |