25 Aca yandika ikete muri aya majambo:
25 Yandika icete nka ben’ iki:
Mutegurire Pawulo amafarasi kugira ngo ashikirizwe Felisi, umukuru w’intara, ata nkomanzi.”
Jewe Kilawudiyo Lusiyasi, Ndabaramukije nyakwubahwa Felisi, umukuru w’intara.