Ivyakozwe 23:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Ntuvyemere kuko muri bo hari abagabo barenga mirongo ine bagomba kumutegera. Kandi basezeranye ko badasubira kurya canke ngo banywe bataramwica. Ubu bamaze kwitegura, barindiriye ko wemera gusa kumurungika.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 None rero ntuje kubumvira, kukw abantu babo basāga mirongwine bamuryamiye, barahiye bīsivye ko batazorya ntibanywe bataramwica; kandi none bariteguye, barorereye ic’ uribubemerere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |