Ivyakozwe 23:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Wa musore aca avuga ati: “Abayuda bagiye inama yo kugusaba ngo urungike Pawulo imbere y’Inama Nkuru y’Abayuda ejo, babesha ko hari amakuru bashaka kumubaza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Aramwishura, at’ Abayuda bahūje inama yo kukwinginga ngw ejo uz’ umanukane Paulo mw ikombe, nk’ūgomba kubaza ivyiwe ng’ urushirize kubimenya neza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |