Ivyakozwe 23:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Pawulo aca abarira umwe mu bakuru b’abasoda ijana ati: “Jana uwu musore ku mukuru w’abasoda; arafise ico agomba kumubwira.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Paulo ahamagara umwe mu bagabisha b’abasoda ijana, ati Jana uyu muhungu ku mukuru w’abagabisha b’abasoda; afise ijambo amubarira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |