Ivyakozwe 23:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Impari ziba nyinshi gushika aho wa mukuru w’abasoda agira ubwoba, yibaza ko bahava batabagura Pawulo. Aca ategeka abasoda ngo bamanuke bamunyakure, bamuhungishirize mw’ikambi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Habah’ ibihāri vyinshi, umukuru w’abagabisha b’abasoda atinye ko bogabangana Paulo, abarira ingabo ngo zimanuke zimubashikure, zimujane mw iboma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |