Ivyakozwe 23:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Maze Pawulo ahanga amaso Inama Nkuru y’Abayuda ababwira ati: “Bavukanyi, gushika uno musi, namye ngendera imbere y’Imana, ata jwi rinyagiriza ikibi.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Paulo ahanga amaso abanyekombe, arababgira, ati Bagabo bene Data, nāmanye umutima utarimw’ ijwi rinyagiriza ikibi na kimwe imbere y’Imana gushitsa kur’ uyu musi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |