Ivyakozwe 22:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Nanje ndabaza nti: ‘Uri nde ga Mwami?’ Rya jwi riranyishura riti: ‘Ndi Yesu w’i Nazareti, uwo uriko urahama.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Nanje ndabaza, nt’ Uri nde ga Mwami? Aranyishura, ati Ndi Yesu Umunyanazareti, uwo urik’ urahīga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |