Ivyakozwe 22:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Nahama abakurikira inzira y’Umwami Yesu gushika naho bamwe bapfa, ngafata abagore n’abagabo nkabata mw’ibohero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Kandi nahama abakurikira Inzira ya Yesu gushitsa bapfuye, nkababoha nkabashira mu mabohero abagabo n’abagore. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |