Ivyakozwe 22:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Bukeye bwaho, uwo mukuru w’abasoda akoranya abakuru b’abaherezi n’abagize Inama Nkuru y’Abayuda. Yashaka kumenya neza ico Abayuda bagiriza Pawulo. Nuko aca aramubohora, amuhagarika imbere yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Ariko bukeye bg’aho, agomvye kumenya neza ic’ Abayuda bamurega ic’ ari co, aramubohora, agera kw abaherezi bakuru bakorana n’abanyekombe bose, amanukana Paulo, amuhagarika imbere yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |