Ivyakozwe 22:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Abagira bamusambishe baca basubira inyuma ubwo nyene. Na wa mukuru w’abasoda agira ubwoba kuko yabohesheje Pawulo, kandi ari Umuroma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Nukw abāri bagiye kumucaca baca baramureka; umukuru w’abagabisha na we aratinya, amenye kw ar’ Umuroma, kandi yamuboshe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |