Ivyakozwe 22:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Wa mukuru ati: “Na jewe ndi we, kandi natanze amahera menshi kugira ngo ndonke ubwo bwenegihugu.” Pawulo na we amubwira ati: “Ariko jeho navutse ndi Umuroma.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Uwo mukuru aramubarira, ati Jewe naguze ubgo buroma amahera menshi. Paulo at’ Ariko jeho nabuvukiyemwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |