Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 22:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Wa mukuru avyumvise aca aja kubaza Pawulo ati: “Mbwira, uri Umuroma?” Pawulo aramwishura ati: “Egome ndi we.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Uwo mukuru w’abagabisha araza, aramubaza, ati Mbarira: mbeg’ ur’ Umuroma? Na we at’ Ego me.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 22:27
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko wa mugwi w’abasoda n’umukuru wabo hamwe na ba barinzi b’urusengero bafata Yesu baramuboha,


Bamaze kumuboha ngo bamukubite, Pawulo aca abaza umukuru w’abasoda ijana yari ahagaze aho ati: “Mbega biremewe n’amategeko gukubita Umuroma, ata rubanza rwamutsinze?”


Na we avyumvise aca aja kuri wa mukuru wabo amubwira ati: “Mbega ubigenza gute? Erega wa mugabo ni Umuroma.”


Wa mukuru ati: “Na jewe ndi we, kandi natanze amahera menshi kugira ngo ndonke ubwo bwenegihugu.” Pawulo na we amubwira ati: “Ariko jeho navutse ndi Umuroma.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ