Ivyakozwe 22:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 wa mukuru w’abasoda aca ategeka ko Pawulo ajanwa mw’ikambi, bakamusambisha bamukubita kugira ngo bamenye igituma abantu bose bahagurukiye rimwe kumwiyamiriza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 umukuru w’abagabisha b’abasoda avuga ko bamwinjiza mw iboma, ababarira kumucacisha ibimoko, kugira ngw amenye icatumye bamuvugiriza uruhōgo bartyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |