Ivyakozwe 22:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Kandi igihe amaraso ya Sitefano uwagushingira intahe yaseseka, ni ho nari, nemeza ko yicwa, mfatiye impuzu abariko baramwica.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Kandi hamwe amaraso y’uwagushingira intahe Stefano yava, nanje ni ho nari mpagaze, mbishimye, nsanze impuzu z’abāmwica. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |