Ivyakozwe 22:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Maze aravuga ati: ‘Imana ya ba sogokuruza yagutoranirije kumenya ivyo igomba, kubona wa Mugororotsi, no kwumva ijwi ryiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Aravuga, at’ Imana ya ba sogokuruza yagutoranirije kumenya ivy’ igomba, no kubona wa Mugororotsi, no kwumva ijwi riva mu kanwa kiwe: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |