Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 22:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Nuko aza kundaba, ampagarara i ruhande ambwira ati: ‘Sawuli, humuka.’ Ako kanya nyene nca ndahumuka, ndamubona.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 aza aho ndi, ampagarara hejuru, arambarira, ati Sauli, mwene Data, humūka. Ako kanya ndahumūka, ndamurāba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 22:13
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

atakiri umugurano, ahubwo arengeye umugurano, ari mwene Data w’umukundwa. Ndamukunda cane ariko ndazi ko wewe umukunda kundusha, haba mu buryo bw’umubiri nk’umuvukanyi, canke nka mwene Data mu Mwami wacu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ