Ivyakozwe 22:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Muri ico gisagara hariho umuntu yitwa Ananiya. Yari umuntu yubaha Imana, akitondera ivyagezwe, kandi Abayuda bose baho bamushingira intahe nziza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Umugabo yitwa Ananiya, yubaha Imana mu kwumvira ivyagezwe, yashimwa n’Abayuda bose babayo, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |