Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 22:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Abo twagendanye baca bamfata ukuboko bantwara i Damasiko, kuko wa muco mwinshi wari watumye mpuma amaso.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Maz’ ubgiza bg’uwo muco bumpumishije, abo twāri kumwe bamfata ukuboko, nshika i Damasiko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 22:11
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Vyongeye, umubiri wawe wose niwaba mu muco, ata rugingo na rumwe ruri mu mwijima, uzokayangana nk’aho urasiwe n’umuco w’itara.”


Noneho rero Imana ibanguye ukuboko ngo iguhane. Ugiye guhuma, kandi kuva ubu ntuzosubira kubona umuco w’izuba.” Ubwo nyene amaso yiwe yuzura umwijima, buramwirira, atangura kujuragirika mu mpande zose arondera uwomufata ukuboko.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ