Ivyakozwe 21:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Wa mukuru w’abasoda yemerera Pawulo, na we ahagarara ku ngazi, arabamama ngo batekane. Habaye agacerere, aca avugana na bo mu rurimi rwabo rw’Igiheburayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Amukundiye, Paulo ahagarara ku ngazi y’amabuye, amama abantu: hamaze kuba agacerere rwose, ababarira mu Giheburayo, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |