Ivyakozwe 21:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Pawulo arishura ati: “Ndi Umuyuda w’i Taruso muri Kilikiya, umunyagisagara kidasanzwe. Ndakwinginze unyemerere ngire ico mbwira aba bantu.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Paulo aramwishura, ati Nd’ Umuyuda, umuntu w’i Taruso, igisagara c’i Kilikiya kitayoberanye: none ndakwinginze unkundire ico mbarira abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |