Ivyakozwe 21:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Pawulo ashitse ku ngazi z’amabuye ziduga mw’ikambi, imigumuko iba myinshi cane, bica biba ngombwa ko abasoda bamutwara bamureruye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Ashitse ku ngazi y’amabuye abasoda baramuterura kubg’ ubusugurirwe bg’abantu, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |