Ivyakozwe 21:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Bamwe mw’isinzi ryari aho bagasemerera bavuga bimwe, abandi bakavuga ibindi. Kubera ko uwo mukuru w’abasoda atashobora kumenya ukuri bitumwe n’urwamo rw’abantu, ategeka ko Pawulo ajanwa mw’ikambi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Abo mw ishengero barayogora, bamwe ukwabo abandi ukwabo: abujijwe n’uruyogoyogo kumenya ukuri, avuga ko bamujana mw iboma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |