Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 21:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Maze umugumuko ukwira igisagara cose, abantu baza bariruka bavuye mu mihingo yose. Bafata Pawulo, bamukwegera inyuma y’urusengero, ubwo nyene imiryango yarwo ica irugarwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Igisagara cose kiravurungana, abantu barashwabaduka: basūmira Paulo, baramukwega bamukūra mu rusengero; ako kanya bugara inzugi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 21:30
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwami Herode yumvise iyo nkuru yaciye abura amahoro, hamwe n’ab’i Yerusalemu bose.


Yesu yinjiye i Yerusalemu, mu gisagara cose haba uruhagarara. Abantu bakaja barabazanya bati: “Uwo ni nde?”


Barahaguruka, bamukwegera inyuma y’igisagara, bamujana hejuru ku musozi ico gisagara cari cubatsweko, kugira ngo bamutembagarize mu manga.


Mu mwanya muto igisagara cose cuzura imigumuko. Abantu bose biruka baja mu kibaza c’ibirori, bagenda barakwega Gayo na Arisitariko, abari bagendanye na Pawulo kuva i Makedoniya.


Ico ni co catumye Abayuda bamfatira mu rusengero bakagomba kunyica.


nagenze ingendo nyinshi kandi ndende. Nahatswe gutwarwa n’inzuzi, nahatswe kwibwa, nahatswe kwicwa n’ubwoko bwanje, nahatswe kwicwa n’Abanyamahanga, nahatswe kwicirwa mu bisagara, nahatswe kwicirwa mu misozi, nahatswe kugwa mu kiyaga, nahatswe kwicwa n’abigira bene Data.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ