Ivyakozwe 21:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 (Ivyo babivuze kubera bari baheruka kubona Umunyefeso yitwa Tirofimo ari kumwe na Pawulo mu gisagara, baca bibaza ko yamujanye mu rusengero.) အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Kuko bāri babonye Tirofimo w’Umunyefeso ari kumwe na we mu gisagara, bagira ngo Paulo yamujanye mu rusengero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |