Ivyakozwe 21:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Bukeye Pawulo aca ajana na ba bantu, yihumanurira hamwe na bo, hanyuma aja mu rusengero kumenyesha umusi umugenzo wo kwihumanura uzorangirirako, maze ibimazi bigatangwa ku bw’umwe umwe muri bo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Nuko Paulo ajana abo bagabo, bukeye bg’aho yihumanurana na bo, yinjirana na bo mu rusengero, avuga igihe imisi yo guhumanurwa izoshirira, agenza artyo gushitsa ah’ ikimazi c’umuntu wese muri bo catangiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |