Ivyakozwe 21:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Jana na bo, ugirane na bo umugenzo w’ukwihumanura, kandi ubarihire n’amahera kugira ngo bimoshe. Gutyo abantu bose bazobona ko ivyo bakwumviseko atari vyo, ariko ko na we ubayeho witondera ivyagezwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ubajane, wihumanurane na bo, ubatērēre, ngo babone kwimosha. Maze bose bazomenya yukw ivyo bāguteranije kuri bo ata kuri kurimwo, kandi ko nawe ubgawe ugenda witonze, witondera n’ivyagezwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |