Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 21:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Turagusavye rero ukore ico tukubwira. Hari abagabo bane bari kumwe natwe bagize isezerano imbere y’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Nuko genza urtya, uko tukubgira. Dufise abagabo bane bari n’ico bāsezeranye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 21:23
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Inyuma y’ivyo, Pawulo amara igihe aba i Korinto, hanyuma asigayo bene Data, afata ubwato aja muri Siriya, aherekejwe na Pirisila na Akwilasi. Imbere yo gufata urugendo, Pawulo yabanje guca i Kenkireya aho yimweshereje umushatsi kubera isezerano yari yarasezeranye.


None tubigenze dute? Nta nkeka bazokwumva ko waje.


Ku Bayuda nabaye nk’uwuganzwa n’ivyagezwe n’aho ntaganzwa na vyo, kugira ngo nzane kuri Kristo abaganzwa n’ivyagezwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ