Ivyakozwe 21:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Bamwe mu bigishwa b’i Kayisariya baraduherekeza badushikana kwa Munasoni, aho twategerezwa kurara. Uwo Munasoni yava i Kupuro kandi yari umwe mu ba mbere bizeye Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Bamwe mu bigishwa bavuye i Kayisariya turajana, bazana Umunyakupuro yitwa Munasona, yar’ umwigishwa wa kera, tuba ari we dusemberako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |