Ivyakozwe 20:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Maze umusore yitwa Eyutuko yari yicaye kw’idirisha, aremerwa n’itiro ryinshi Pawulo ariko arigisha. Amaze gusinzira cane, arakoroka avuye ku nzu yo hejuru igira gatatu, bamutora yapfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kandi mw idirisha hari hicaye umusore yitwa Eyutuko, aremērwa n’itiro ryinshi; maze Paulo arushirije gutevya mu majambo, itiro riramuremēra, arakoroka avuye mu nzu yo hejuru ya gatatu, bamuyora ahwereye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |