Ivyakozwe 20:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ku mugoroba w’umusi w’Isabato duhurira hamwe ngo dusangire ingaburo y’Umwami, hanyuma Pawulo arabigisha gushika mu gicugu kuko bwaca agenda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Ku wa mbere w’imisi ndwi, dukoranira kumanyagura imitsima, Paulo ayāga na bo, agira ngo buce agenda, atevya mu majambo ashitsa mu gicugu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |