5 Maze abo baba baragenda, baturindirira i Tirowa.
5 Abo bāri bitangiye imbere, baturorērera i Tirowa.
Nuko baca baca i Musiya bamanuka i Tirowa.
Igihe naja i Tirowa kuvuga Ubutumwa Bwiza bwa Kristo, nasanze Imana yanyugururiyeyo imiryango yo kubikora.
Niwaza uzonzanire ikoti y’imbeho nasize kwa Karupo i Tirowa, n’ibitabu vyanje, na canecane imizingo y’ibitabu.