Ivyakozwe 20:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 ajana na Sopatero mwene Puro w’i Beroya, na Arisitariko na Sekundo b’i Tesalonike, na Gayo w’i Derube, na Timoteyo, na Tukiko na Tirofimo bo muri Aziya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Abājana na we bashikana no muri Asiya ni Sopatero mwene Puro w’i Beroya, n’ab’i Tesalonike ni Arisitariko na Sekondo, bo na Gayo w’i Derube, na Timoteyo, n’abo muri Asiya ni Tukiko na Tirofimo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |