Ivyakozwe 20:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Muri vyose, naberetse akarorero keza ko dutegerezwa gukora cane kugira ngo dufashe abatishoboye, twibuka amajambo y’Umwami Yesu ubwiwe, we yavuze ati: ‘Hari umugisha mu gutanga kurusha mu guhabwa.’ ” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Nabahaye akarorero muri vyose, yuko mu butame nk’ubgo, ari ko mukwiye gufasha abadakomeye, no kwibuka amajambo y’Umwami Yesu, ingen’ ubgiwe yavuze, ati Gutanga kuzana umugisha, kuruta guhabga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |