Ivyakozwe 20:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ariko mbona ko ubuzima bwanje ata co bwoba bumaze hamwe ntorangiza urugendo, ngansozera igikorwa Umwami Yesu yanshinze co kubwira abantu Ubutumwa Bwiza bw’ubuntu bw’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ariko simbabaye ubugingo bganje nk’ah’ ar’ubg’ igiciro, kugira ngo ndangize urugendo rwanje, n’igikorwa nahawe n’Umwami Yesu, co gushingira intahe ubutumwa bgiza bg’ubuntu bg’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |