Ivyakozwe 20:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Pawulo aca ahitamwo kubandanya adahagaze muri Efeso, kuko yanka kumara uwundi mwanya muri Aziya. Yariko yihutira ko, hamwe bimushobokeye, yoshika i Yerusalemu ku musi wa Pentekoti. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Kuko Paulo yari yagabiye guca i ruhande ya Efeso, kugira ngo ntatebe muri Asiya: kuko yihuta, ngo ni vyashoboka umusi wa Pentekote uz’ ushike ar’i Yerusalemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |